URWENYA

Urwenya rwoherejwe na Timote Niyongabo:

X

Ikiganiro c'abatama

Sun, 08 Jan 2017 19:28:43 +0100

Abatama babiri bariko baganira umwe ati mfise umwana w'ikijuju namutumye kungurira itabi aca aragenda atamahera atwaye ntamubwiye n'aho arigura uyundi ati uwo arabuzi uwanje we ararenze namutumwe kundeba ko ndi muhira aca aragenda aca agaruka ambwira ngo siyo ndi

Rwereke inshuti zawe:

Twitter Facebook Google Plus Linkedin
whatsapp



Uru rwenya rufite amanota 5



Umubare






Kanyota mwenye:
Ruhengeri boy:
Uwiregura kubapolisi:
Ikorari y'aba...:
Siri la tere (Minani Rwema):
Yeeee:
Interview ya Petero:
Egyptienne (Rihanna rwandeze):