URWENYA

Urwenya rwoherejwe na NDAYISHIMIYE GILBERT GNB:

TW'ICISHE BUGUFI

Fri, 08 Apr 2016 19:38:43 +0200

habaye umuhungu bita bugufi akaba afise sheri wiwe umusi umwe bugufi na sheri we baja gusenga pasitori arahaguruka aravugango shengero ni mufukame twicishe bugufi wamuhungu ngo avyumve ati sheri bagira banyice aca ariruka basigara batangaye yari GNB IBURUNDI

Rwereke inshuti zawe:

Twitter Facebook Google Plus Linkedin
whatsapp



Uru rwenya rufite amanota 1


Umubare