URWENYA

Urwenya rwoherejwe na MOSES:

SAMANDARI

Fri, 20 Mar 2015 15:37:55 +0100

Samandari bahuriye na Inarunyonga mw'isengero maze samandari atangura guteretera inarunyonga mw'isengero. ati:kimpe narunyo?Inarunyonga nawe ati:samanda ntanisoni ugira yo kukisabira mwisengero?samandari nawe arasubiza ati:ahubwo niwe utagira isoni we akizanye mwisengero!!kkkkkkkk

Rwereke inshuti zawe:

Twitter Facebook Google Plus Linkedin
whatsapp



Uru rwenya rufite amanota 3


Umubare